BazaBwonkoNcurwa

"Ibarize ubwonko Bucuze"

Murahawe ikaze mwisange mwongere mwisanzure. Dukora itegeka mashini ryo kurwego,tugacura UBwonkoNcurwa,Turandika tukegeranya ikirundi, ibivyose ni murwego rwo kwigisha imashini ikirundi ika kimenya cane.

Turifuza cane gushika ku bwonkoNcurwa bwikirundi buciye ubwenge , bukora neza kandi buri murundi ashobora kwifashisha.


Ico turiko turubaka

Turiko ubu turashiraho aho Dukorera ngaha tuzo kwonge ramwo vyinshi, Mwitege ibi bikurikira:

Ifatanye Natwe

Turizerera cane mugukorana kutagira gukumira. Nyamba uri umushakashatsi, UmutegekaMashini(Deveropere) canke uwikundira BwonkoNcurwa: